Zaburi133

Ni indirimbo yo mw’iduga; Ni iya Dawidi.

1Ese ingene ari vyiza kandi bihimbayeiyo abantu b’Imana babana mu bumwe!
2Bimeze nk’amavuta y’igiciro kinini asutswe ku mutwe,agatembera ku bwanwa,agatembera ku bwanwa bwa Aroni,no ku buyonga bw’ikanzu yiwe.3Ni nk’ikime co ku musozi Herumonigitembera ku musozi Siyoni.Kuko aho ni ho Uhoraho asuka umugisha wiwe,mbere n’ubugingo kugeza ibihe vyose.

Biblica, Inc.

https://app.library.bible/content/916af8770096015e