Nehemiya7
1Uruzitiro rumaze gusanurwa nkamara no gutera inzugi, haciye hashirwaho abarinzi b’amarembo n’abaririmvyi n’Abalewi.2Nshiraho Hanani, uwo tuvukana ngo atware i Yerusalemu, ari kumwe na Hananiya umukuru w’ingabo zo mu gisagara c’i Yerusalemu, kuko yari umuntu w’intungane kandi yubaha Imana kurusha abandi benshi.3Ndababwira nti: “Amarembo y’i Yerusalemu ntaze yugururwe kugeza ku musase. Abarinzi b’amarembo bakiri ku gikorwa cabo, muze mwugare inzugi mushireko n’ibihindizo bigumya inzugi zugaye. Kandi muze mushinge ababa i Yerusalemu ngo babe abarinzi, bamwe ku birindiro vyabo abandi imbere y’amazu yabo.”
Urutonde rw’abagabo bo mu Bisirayeli ni uru:8Abakomoka kuri Paroshi ni ibihumbi bibiri n’ijana na mirongo indwi na babiri.9Abakomoka kuri Shefatiya ni amajana atatu na mirongo indwi na babiri.10Abakomoka kuri Ara ni amajana atandatu na mirongo itanu na babiri.11Abakomoka kuri Pahati-Mowabu, biciye kuri Yesuwa na Yowabu ni ibihumbi bibiri n’amajana umunani na cumi n’umunani.12Abakomoka kuri Elamu ni igihumbi n’amajana abiri na mirongo itanu na bane.13Abakomoka kuri Zatu ni amajana umunani na mirongo ine na batanu.14Abakomoka kuri Zakayi ni amajana indwi na mirongo itandatu.15Abakomoka kuri Binuwi ni amajana atandatu na mirongo ine n’umunani.16Abakomoka kuri Bebayi ni amajana atandatu na mirongo ibiri n’umunani.17Abakomoka kuri Azigadi ni ibihumbi bibiri n’amajana atatu na mirongo ibiri na babiri.18Abakomoka kuri Adonikamu ni amajana atandatu na mirongo itandatu n’indwi.19Abakomoka kuri Bigivayi ni ibihumbi bibiri na mirongo itandatu n’indwi.20Abakomoka kuri Adini ni amajana atandatu na mirongo itanu na batanu.21Abakomoka kuri Ateri, biciye kuri Hezekiya ni mirongo icenda n’umunani.22Abakomoka kuri Hashumi ni amajana atatu na mirongo ibiri n’umunani.23Abakomoka kuri Bezayi ni amajana atatu na mirongo ibiri na bane.24Abakomoka kuri Harifu ni ijana na cumi na babiri.25Abakomoka kuri Gibeyoni ni mirongo icenda na batanu.26Abantu b’i Betelehemu n’i Netofa ni ijana na mirongo umunani n’umunani.27Ab’i Anatoti ni ijana na mirongo ibiri n’umunani.28Ab’i Beti-Azimaveti ni mirongo ine na babiri.29Ab’i Kiriyati-Yeyarimu, Kefira na Beroti ni amajana indwi na mirongo ine na batatu.30Ab’i Rama n’i Geba ni amajana atandatu na mirongo ibiri n’umwe.31Ab’i Mikimashi ni ijana na mirongo ibiri na babiri.32Ab’i Beteli n’i Hayi ni ijana na mirongo ibiri na batatu.33Ab’i Nebo handi ni mirongo itanu na babiri.34Ab’i Elamu handi ni igihumbi n’amajana abiri na mirongo itanu na bane.35Abakomoka kuri Harimu ni amajana atatu na mirongo ibiri.36Ab’i Yeriko ni amajana atatu na mirongo ine na batanu.37Ab’i Lodi, Hadidi n’i Ono ni amajana indwi na mirongo ibiri n’umwe.38Abakomoka kuri Senaya ni ibihumbi bitatu n’amajana icenda na mirongo itatu.39Abaherezi: Abakomoka kuri Yedaya, biciye mu muryango wa Yesuwa, ni amajana icenda na mirongo indwi na batatu.40Abakomoka kuri Imeri ni igihumbi na mirongo itanu na babiri.41Abakomoka kuri Pashuri ni igihumbi n’amajana abiri na mirongo ine n’indwi.42Abakomoka kuri Harimu ni igihumbi na cumi n’indwi.43Abalewi: Abakomoka kuri Yesuwa, biciye kuri Kadimiyeli mu ruvyaro rwa Hodaviya, ni mirongo indwi na bane.44Abacuraranzi: Abakomoka kuri Asafu ni ijana na mirongo ine n’umunani.45Abarinzi b’irembo ry’urusengero: Abakomoka kuri Shalumu, Ateri, Talumoni, Akubu, Hatita na Shobayi ni ijana na mirongo itatu n’umunani.46Abakozi bo mu Ngoro: Abakomoka kuri Ziha, Hasufa, Tabawoti,47Kerosi, Siya, Padoni,48Lebana, Hagaba, Shalumayi,49Hanani, Gideli, Gahari,50Reyaya, Rezini, Nekoda,51Gazamu, Uza, Paseya,52Besayi, Meyunimu, Nefusimu,53Bakibuki, Hakufa, Harihuri,54Baziluti, Mehida, Harisha,55Barikosi, Sisera, Tema,56Neziya na Hatifa.57Abakomoka ku bakozi ba Salomo: Abakomoka kuri Sotayi, Sofereti, Perida,58Yayala, Darukoni, Gideli,59Shefatiya, Hatili, Pokereti-Hazebayimu na Amoni.60Abakozi bo mu Ngoro n’abakomoka ku bakozi ba Salomo bose hamwe ni amajana atatu na mirongo icenda na babiri.61Aba bakurikira baduze bavuye mu bisagara vya Teli-Melahi, Teli-Harusha, Kerubi, Adoni na Imeri, ariko ntibashoboye kwerekana ko imiryango yabo ikomoka ku Bisirayeli:62Abakomoka kuri Delaya, Tobiya na Nekoda ni amajana atandatu na mirongo ine na babiri.63Mu baherezi: Abakomoka kuri Habaya, Hakozi na Baruzilayi, umugabo yari yarongoye umukobwa wa Baruzilayi Umunyagileyadi agaca yitirirwa iryo zina nyene.64Abo ni bo barondeye intonde za ba sekuruza b’imiryango yabo, ariko ntibashobora kuzironka, maze baca bakurwa mu gikorwa c’ubuherezi nk’abahumanye.65Umukuru w’intara, aca abategeka kutarya ivyejejwe gushika haje umuherezi agasiguza Uhoraho akoresheje Urimu na Tumimu.66Igitigiri c’abantu bose cari ibihumbi mirongo ine na bibiri n’amajana atatu na mirongo itandatu,67ukuyemwo ibihumbi indwi n’amajana atatu na mirongo itatu n’indwi vy’abagurano n’abaguranokazi; kandi bari bafise abagabo n’abagore b’abaririmvyi amajana abiri na mirongo ine na batanu.68Bari bafise amafarasi amajana indwi na mirongo itatu n’atandatu, indogoba amajana abiri na mirongo ine na zitanu,69ingamiya amajana ane na mirongo itatu na zitanu n’indogoba ibihumbi bitandatu n’amajana indwi na mirongo ibiri.70Bamwe mu bakuru b’imiryango barafashije muri ico gikorwa. Umukuru w’intara atanga mu bubiko ingero dariki igihumbi z’inzahabu, ibikombe mirongo itanu n’impuzu amajana atanu na mirongo itatu z’abaherezi.71Bamwe bo mu bakuru b’imiryango batanga mu bubiko bw’ico gikorwa ingero dariki ibihumbi mirongo ibiri z’inzahabu n’ingero mina ibihumbi bibiri n’amajana abiri z’ifeza.72Ivyatanzwe n’abantu basigaye vyose hamwe zari ingero dariki ibihumbi mirongo ibiri z’inzahabu, ingero mina ibihumbi bibiri z’ifeza n’impuzu mirongo itandatu n’indwi z’abaherezi.73Abaherezi, Abalewi, abarinzi b’irembo, abaririmvyi n’abakozi bo mu Ngoro, bari kumwe n’abandi bantu hamwe n’Abisirayeli bose baja kuba mu bisagara vyabo. Ezira asoma ivyagezwe
Kandi ukwezi kw’indwi kwashitse Abisirayeli bamaze kuja mu bisagara vyabo.
Urutonde rw’abagarutse bavuye mu kinyago
4Muri ico gihe igisagara cari caragutse ari kinini, ariko hari abantu bake bakibamwo, kandi n’amazu ntiyari bwasanurwe.5Nuko Imana yanje ishira ku mutima wanje kwegeraniriza hamwe abanyacubahiro, abakuru n’abantu bose kugira ngo biyandikishe uko imiryango yabo iri. Maze ntora igitabu canditswemwo abari baragarutse ubwa mbere. Ibi ni vyo nasanze vyanditswemwo:6Uru ni rwo rutonde rw’abantu bo muri iyo ntara baduze bavuye mu kinyago abo Nebukadineza umwami w’i Babiloni yari yarajanye nk’inyagano i Babiloni. Abo ni bo bagarutse i Yerusalemu n’i Buyuda, umwe wese aja mu gisagara c’iwabo.7Bari baherekejwe na Zerubabeli, Yesuwa, Nehemiya, Azariya, Rayamiya, Nahamani, Moridekayi, Bilushani, Misipereti, Bigivayi, Nehumu na Bayana.Urutonde rw’abagabo bo mu Bisirayeli ni uru:8Abakomoka kuri Paroshi ni ibihumbi bibiri n’ijana na mirongo indwi na babiri.9Abakomoka kuri Shefatiya ni amajana atatu na mirongo indwi na babiri.10Abakomoka kuri Ara ni amajana atandatu na mirongo itanu na babiri.11Abakomoka kuri Pahati-Mowabu, biciye kuri Yesuwa na Yowabu ni ibihumbi bibiri n’amajana umunani na cumi n’umunani.12Abakomoka kuri Elamu ni igihumbi n’amajana abiri na mirongo itanu na bane.13Abakomoka kuri Zatu ni amajana umunani na mirongo ine na batanu.14Abakomoka kuri Zakayi ni amajana indwi na mirongo itandatu.15Abakomoka kuri Binuwi ni amajana atandatu na mirongo ine n’umunani.16Abakomoka kuri Bebayi ni amajana atandatu na mirongo ibiri n’umunani.17Abakomoka kuri Azigadi ni ibihumbi bibiri n’amajana atatu na mirongo ibiri na babiri.18Abakomoka kuri Adonikamu ni amajana atandatu na mirongo itandatu n’indwi.19Abakomoka kuri Bigivayi ni ibihumbi bibiri na mirongo itandatu n’indwi.20Abakomoka kuri Adini ni amajana atandatu na mirongo itanu na batanu.21Abakomoka kuri Ateri, biciye kuri Hezekiya ni mirongo icenda n’umunani.22Abakomoka kuri Hashumi ni amajana atatu na mirongo ibiri n’umunani.23Abakomoka kuri Bezayi ni amajana atatu na mirongo ibiri na bane.24Abakomoka kuri Harifu ni ijana na cumi na babiri.25Abakomoka kuri Gibeyoni ni mirongo icenda na batanu.26Abantu b’i Betelehemu n’i Netofa ni ijana na mirongo umunani n’umunani.27Ab’i Anatoti ni ijana na mirongo ibiri n’umunani.28Ab’i Beti-Azimaveti ni mirongo ine na babiri.29Ab’i Kiriyati-Yeyarimu, Kefira na Beroti ni amajana indwi na mirongo ine na batatu.30Ab’i Rama n’i Geba ni amajana atandatu na mirongo ibiri n’umwe.31Ab’i Mikimashi ni ijana na mirongo ibiri na babiri.32Ab’i Beteli n’i Hayi ni ijana na mirongo ibiri na batatu.33Ab’i Nebo handi ni mirongo itanu na babiri.34Ab’i Elamu handi ni igihumbi n’amajana abiri na mirongo itanu na bane.35Abakomoka kuri Harimu ni amajana atatu na mirongo ibiri.36Ab’i Yeriko ni amajana atatu na mirongo ine na batanu.37Ab’i Lodi, Hadidi n’i Ono ni amajana indwi na mirongo ibiri n’umwe.38Abakomoka kuri Senaya ni ibihumbi bitatu n’amajana icenda na mirongo itatu.39Abaherezi: Abakomoka kuri Yedaya, biciye mu muryango wa Yesuwa, ni amajana icenda na mirongo indwi na batatu.40Abakomoka kuri Imeri ni igihumbi na mirongo itanu na babiri.41Abakomoka kuri Pashuri ni igihumbi n’amajana abiri na mirongo ine n’indwi.42Abakomoka kuri Harimu ni igihumbi na cumi n’indwi.43Abalewi: Abakomoka kuri Yesuwa, biciye kuri Kadimiyeli mu ruvyaro rwa Hodaviya, ni mirongo indwi na bane.44Abacuraranzi: Abakomoka kuri Asafu ni ijana na mirongo ine n’umunani.45Abarinzi b’irembo ry’urusengero: Abakomoka kuri Shalumu, Ateri, Talumoni, Akubu, Hatita na Shobayi ni ijana na mirongo itatu n’umunani.46Abakozi bo mu Ngoro: Abakomoka kuri Ziha, Hasufa, Tabawoti,47Kerosi, Siya, Padoni,48Lebana, Hagaba, Shalumayi,49Hanani, Gideli, Gahari,50Reyaya, Rezini, Nekoda,51Gazamu, Uza, Paseya,52Besayi, Meyunimu, Nefusimu,53Bakibuki, Hakufa, Harihuri,54Baziluti, Mehida, Harisha,55Barikosi, Sisera, Tema,56Neziya na Hatifa.57Abakomoka ku bakozi ba Salomo: Abakomoka kuri Sotayi, Sofereti, Perida,58Yayala, Darukoni, Gideli,59Shefatiya, Hatili, Pokereti-Hazebayimu na Amoni.60Abakozi bo mu Ngoro n’abakomoka ku bakozi ba Salomo bose hamwe ni amajana atatu na mirongo icenda na babiri.61Aba bakurikira baduze bavuye mu bisagara vya Teli-Melahi, Teli-Harusha, Kerubi, Adoni na Imeri, ariko ntibashoboye kwerekana ko imiryango yabo ikomoka ku Bisirayeli:62Abakomoka kuri Delaya, Tobiya na Nekoda ni amajana atandatu na mirongo ine na babiri.63Mu baherezi: Abakomoka kuri Habaya, Hakozi na Baruzilayi, umugabo yari yarongoye umukobwa wa Baruzilayi Umunyagileyadi agaca yitirirwa iryo zina nyene.64Abo ni bo barondeye intonde za ba sekuruza b’imiryango yabo, ariko ntibashobora kuzironka, maze baca bakurwa mu gikorwa c’ubuherezi nk’abahumanye.65Umukuru w’intara, aca abategeka kutarya ivyejejwe gushika haje umuherezi agasiguza Uhoraho akoresheje Urimu na Tumimu.66Igitigiri c’abantu bose cari ibihumbi mirongo ine na bibiri n’amajana atatu na mirongo itandatu,67ukuyemwo ibihumbi indwi n’amajana atatu na mirongo itatu n’indwi vy’abagurano n’abaguranokazi; kandi bari bafise abagabo n’abagore b’abaririmvyi amajana abiri na mirongo ine na batanu.68Bari bafise amafarasi amajana indwi na mirongo itatu n’atandatu, indogoba amajana abiri na mirongo ine na zitanu,69ingamiya amajana ane na mirongo itatu na zitanu n’indogoba ibihumbi bitandatu n’amajana indwi na mirongo ibiri.70Bamwe mu bakuru b’imiryango barafashije muri ico gikorwa. Umukuru w’intara atanga mu bubiko ingero dariki igihumbi z’inzahabu, ibikombe mirongo itanu n’impuzu amajana atanu na mirongo itatu z’abaherezi.71Bamwe bo mu bakuru b’imiryango batanga mu bubiko bw’ico gikorwa ingero dariki ibihumbi mirongo ibiri z’inzahabu n’ingero mina ibihumbi bibiri n’amajana abiri z’ifeza.72Ivyatanzwe n’abantu basigaye vyose hamwe zari ingero dariki ibihumbi mirongo ibiri z’inzahabu, ingero mina ibihumbi bibiri z’ifeza n’impuzu mirongo itandatu n’indwi z’abaherezi.73Abaherezi, Abalewi, abarinzi b’irembo, abaririmvyi n’abakozi bo mu Ngoro, bari kumwe n’abandi bantu hamwe n’Abisirayeli bose baja kuba mu bisagara vyabo. Ezira asoma ivyagezwe
Kandi ukwezi kw’indwi kwashitse Abisirayeli bamaze kuja mu bisagara vyabo.
Biblica, Inc.